Channel Avatar

Best of 257 Official @UCJVT5XSimFP9re_SuwNQIeg@youtube.com

22K subscribers - no pronouns :c

Listen, you need a place where you'll get great content. Vid


Welcoem to posts!!

in the future - u will be able to do some more stuff here,,,!! like pat catgirl- i mean um yeah... for now u can only see others's posts :c

Best of 257 Official
Posted 2 months ago

Nukuri turabakumbuye

9 - 2

Best of 257 Official
Posted 8 months ago

Turabakumbuye 🥺

19 - 0

Best of 257 Official
Posted 10 months ago

Bestfam, twafashe aga pause gato kuri youtube yacu kugira twipange neza tuze dufise system nziza yo gu créa ama videos.

Twisanze tutariko tura produisa videos chaque semaine uko twashaka. Ubu turiko turarondera "Youtube Manager" afise experience nyinshi azodutware muruyu mugambi.

Objectif ya Bestof257 n'ukwerekana u Burundi n'abarundi nivyo dushoboye muri Entertainment, Tourism, Business na Culture. Bisaba kuba ufise umutima wivyo, uri créatif kandi ushaka kubikora long terme.

We are sorry gufata iyi break. Turabakumbuye natwe. Kuri Instagram hoho tuguma duposta @bestof257

Merci

27 - 0

Best of 257 Official
Posted 1 year ago

Influencer Tuguma Dori yaje kuri #karababa ararya ipiripiri 🤣

5 - 0

Best of 257 Official
Posted 1 year ago

Rappy Boy na Trey Zo buguruye Karababa ya 2024

7 - 0

Best of 257 Official
Posted 1 year ago

Finally the hit song ‪@alvinsmithofficial‬ #Nownow ft @kataleyaandkandle from 🇺🇬 is out now 🔥🔥 🇧🇮🇺🇬

3 - 0

Best of 257 Official
Posted 1 year ago

First guy to answer all hot Questions😳 Imvugakuri Drama Tyson 🤣🤣 ‪@dramat1826‬ wubahwe #karababa #bestof257

15 - 0

Best of 257 Official
Posted 1 year ago

Hey Bestfam, urazi kugira video montage neza ? Si oui, karibu mu muryango wa Bestof257: twandikire kuri Instagram DM canke bestofburundi@gmail.com utwereke akazi umaze gukora.

86 - 1

Best of 257 Official
Posted 1 year ago

Alvin Smith vs Nirnah #karababa 🌶️🔥 Vuga ukuri canke ubabwe

16 - 0