in the future - u will be able to do some more stuff here,,,!! like pat catgirl- i mean um yeah... for now u can only see others's posts :c
đŽ UMWANYA WO GUSHINGA INTAHE
Bakunzi bâimboneshakure yacu HTV turabaramukije mwâizina ryâUmwami wacu Yesu Kristo tunababwira ko tunezererwa igihe cose mutubwira ko muriko murafashwa nâibiganiro canke indirimbo zica ku mboneshakuru yacu ariyo rwanyu.
Mukurushiriza kumenya ivyâImana iriko irakora mu buzima bwanyu biciye mu biganiro bitandukanye bica kuri TV canke kuma page yacu ya Reseaux Sociaux turipfuza ko mudushingira intahe.
Mushobora kudusangiza intahe yanyu mu kuyirungika kuri numero +257 76369000 canke ukabikora biciye muri commentaire.
Ijambo ryâImana riravuga ko twanesheje satani nâamaraso yâUmwagazi wâIntama hamwe nâijambo ryo gushinga intahe kwacu (Ivyahishuriwe Yohana 12:11).
4 - 0
Umuryango Together As One uhuriramwo abaririmvyi barongora uguhimbaza Imana mu mashengero nâabaririmba ku giti cabo bari mu Burundi no hanze , bagiye gukora ku ncuro ya mbere igiteramo bise âTogether As One Eventâ.
Ku bwa Pasteur Michel VYUNAME arongoye uwo muryango, avuga ko abaririmvyi batanguye gukorera hamwe mu gutegura ibiteramo vyo guhimbaza Imana bizofasha nâishengero mu Burundi gukorera hamwe nkâumubiri umwe wa Kristo.
Uyo muryango, ukaba ushitse ku baririmvyi 83 bari mu Burundi, Rwanda, Africa yâepfo, Australie, USA na Canada.
0 - 0
Nous vous invitons Ă suivre l'Ă©mission NDI UMUKRISTO ce jeudi 12 Janvier 2023 Ă 20h30.
Miss Dative Dalor UWIMANA sera l'invitée. Elle nous parlera de sa carriÚre dans l'industrie du #tourisme et dans #MissBurundi2021 comme chrétienne.
2 - 0

7 - 0
#Officiel: La Heritage TV vous apportera chez vous la veillée prophétique et d'action de grace de l'Eglise Shemeza Worship Temple.
Ce sera ce samedi Ă partir de 22h00 sur la chaine 105 (startimes) et sur Facebook.
#Heritagetvburundi #Burundi #ShemezaWorshipTemple
3 - 0

Igikorane co guhimbaza Noweli c'ishengero @LifecenterBurundi kizokwerekanwa ikibiriraho ku mboneshakure yanyu.
Ni kur'uyu wa gatandatu igenekerezo rya 24/12/2022 isaha cumi n'imwe z'umugoroba.
#Heritagetvburundi #Burundi #Noweli
3 - 0
La télévision Héritage est une télévision burundaise Chrétienne qui a pour principale mission, de promouvoir un changement idéologique dans nos sociétés.
Votre télévision diffuse les émissions, enseignements Chrétiens, les documentaires dans divers facettes scientifiques.