Channel Avatar

B-EYE TV @UC0FiAAvRh9_3_FkDfmHAzXw@youtube.com

17K subscribers - no pronouns :c

Kaze kumuhora wacu wa YouTube Karibu kwenye chaneli yetu ya


34:44
Bashaka kuja kuronderera amakuru y'ingwano muri CONGO/Ikiganiro gikomeye na CNC
31:49
Ingene imbibe z'URWANDA na CONGO zashizweho n'abakoroni/Barwanira ivyabo
27:22
MB DATA atubwiye icatumye atora izina MAMY WATER/''Ivyo muri Congo ntivyodusamaza''
42:15
Gordon aciriye agace Izile ku bintu bibera mu muziki/Big Fizzo n'incuti nziza
01:02:20
Igice ca 4 : ''Natwe abagabo turahura n'ibibazo bikomeye mu rugo 😢''
01:32:04
Patiri avuze vyose kuri saint valentin/Ubuhumbu bwo kuri urya munsi
16:24
Alvin Smith avuze kuvyo yakoze muri Kenya hamwe no kumu ex wiwe Nirna
01:08:34
Uko sport ya Taiji yatanguriye mu MPIMBA hamwe n'ivyiza vyayo ku barwaye indwara nka za diabète
41:01
Ambass. Cyprien Mbonimpa atubwiye aho UBUMWE BW'ABARUNDI bwavuye/Prés. Ndadaye niwe yankuye mu gasho
41:06
AGUILAAA atubwiye intahe y'ubuzima bwiwe/Uburyo nagiye Kenya mfise 20000 gusa
33:12
Umviriza ubuzima babayemwo aha hantu hamwe n'ubwo bipfuza kubamwo
17:30
Irabire aho bita ''KU MAZI Y'ABAGORE'' hama wumve n'ibihakorerwa 🙈
36:47
Uko KIYEBOYEBO aronka amahera biciye kuri TiKTOK aha mu Burundi
27:22
YM MUZiK bavuze icatumye bahagarika rap hamwe nivyo bagiye gukora muri 2025
01:04:44
''Temoins de la vie'' bavuze ico baryanye umu jeune adakijijwe/Ukuntu batuzi...
44:32
SIMBIZI yifatiye mu gahanga aba influencers n’ aba stars/ concert ya SAT B/ umuririmvyi w’ umwaka
23:04
4 NG RAP ati:''Nje guhindura umudiho wa rap/Aba rappeurs twese ntidufise zirya ngeso''
12:14
Irabire ubwato butangaje MUSUMBA STEEL iriko irubakisha aha mu Burundi
19:40
Loic agabishije umu director wo kwa Sat-B/Ivyerekeye amazina y'abasani/Trick niwe nahereyeko
01:01:28
Igice ca 3:'Uyu mugabo ararize kubera agahinda umugore yamuteye/Abahungu bamurya nibo bamfungishije'
56:23
''Umukomo'' si mubi/Indirimbo z'urukato ntawuzindusha/Icatumye mva muri club IHUNJA/''GACAMUGANI''
10:52
Wewe BONANE wayiteguriye gute? Muri ASIATiQUE hoho birashushe
22:35
AGUiLLA igituma namusanze Kenya/Nabatumva ikirundi baragize ico bavuze/Beat y'indirimbo ya Bizuu
57:24
Uwanditse film ya 'Etat Civil' uko yaronse agashimwe ka FESTICAB/Umukobwa yaransomye ngira ubwoba
19:10
SiMBA LOLiLO atubwiye kuri KiDUM KiBiDO/Diamond Platnumz aduhaye uruhusha collabo izoca isohoka
57:44
Igice ca 2:'Yanyagirije ko namuriye inzara mu bihimba vy'irondoka/Yanshiriyemwo ibicupacupa mu mazi'
21:08
IZERE avuze ingorane yagize muri shooting/Ibiri muri irya ndirimbo ''Birambaza'' vyose vyarambayeko
38:26
Igice ca 1: Abagabo babayeho nabi mu rugo kubera abagore babo😢/Yamvumbuje amakofi abiri nkiryamye
57:30
Raba mariage y'agakura/INTAHE Y'URUKUNDO IKOMEYE/Twatanguye gukundana muri 2014
10:11
Umugwi w'Amagaba wabaye uwa 1 mw'ihiganwa y'umurisho w'ingoma aha mu Burundi umwaka w'2024
10:28
Umurisho w'ingoma w'umugwi w'Akayazwe mw'ihiganwa rya 2024
07:05
Umurisho w'ingoma w'umugwi w'i Gitega mw'ihiganwa rya 2024: ''Higiro''
10:30
Umugwi w'ingoma wo mu Cibitoke mw'ihiganwa rya 2024 :''Terimbere''
08:54
Umugwi wo mu Rutana mw'ihiganwa rya 2024 :''Ikigabiro Komezakaranga''
10:01
Final y'ihiganwa rya 2024 : Intambo y'umurisho w'ingoma w'umugwi w'Abagenderakaranga
23:21
Ingoma ku mutumba w'amanyamabere/Umutama avuza ingoma atuyagiye neza 🔥/Mu Ruyigi uko bavuza ingoma
24:45
Abatimbo bavuye mu ntara zose z'igihugu mu ndwi yahariwe umurisho w'ingoma
16:49
Let's Talk:''Abantu bamaze iminsi bibwa amahera muvyo kuja Serbie/Ingwara iteye ubwoba ivuye Congo''
13:15
Exposition ya Buja fashion week iberamwo ibitari bike harimwo na defilé kuri place de l'indépendance
28:38
Big Fizzo ni muyomba/Abasani bareke kugaranak/Natanguye muri swagg team bariko baranyigisha
32:19
Dr Tania GAHAMA avuze kuvyerekeye cancer y'ibere/Umugabo yonka amabere y'umugore ntaco bikingira
12:05
Uruganda rw'iminsi 16 yo kurwanya amabi afatiye ku gitsina/Ambassade y'Ubufaransa yaradufashije cane
01:33:01
Twaricaranye na Mandela turi mu biganiro vy'i Arusha/Narubatse ikigo c'ingezi kiri i Mwaro
20:05
AIVARA ishirahamwe mpuzamakungu ryagize ikiyago n'abanyabukorikori bo ngaha mu Burundi
56:46
Uko SAT-B yakoze indirimbo na YM MUZiK/Bavuze ukuntu bazokwirinda gupfa ABAKOBWA hamwe n'AMAHERA
14:56
Let's Talk:'Umukuru w'igihugu yaratanze ikigongwe, akiva mu gasho acafatanwa itonga/Serbie yuguruye'
17:30
Uwonshikana i Bujumbura akankura i NGOZi/Ba Kirikou baraduciriye inzira/Kwambara s'ikibszo
19:20
CLUB YAGAMAHORO waraye ukoze igiteramo kidasanzwe wongera ushira ahabona amasanamu y'indirimbo yabo
51:33
Musenyeri Ngoyagoye ati:'Kuri Président BAGAZA ntivyari vyoroshe/Umuhezagiro kubasangiye igitsina''
04:33
Street Vibes:''Abantu bo mu Gihosha turumiwe n'ivyabo😂''
35:37
Vichou Love avuze cane ku babarimvyi iyo baronse hit/Happy Famba yabaye manager na Bosco atarapfa
37:13
Ingorane nagize muri Miss Burundi/Ndafata bus atakibazo/Ama commentaires abantu bagize kuri birya...
10:51
Jacques Bigirimana ahamagariye abanyamitahe gukorera muri tourisme mu mugambi wa VISIT BURUNDI
32:20
Fabelove atubwiye ibikomeye kuri Sat-B/Kuririmba iyindi midiho ni nkuko noba ngiye kwihinduza sexe
30:52
Papa yaranse ko ngira mariage kubera atamahera yarafise umugabo wanje/Gusenga vyampaye vyose
45:51
Let's Talk:"Yariyahuye kubera video yambaye ubusa yagiye ahabona/Trump ashaka guhembwa 1$ gusa''
26:52
Ass. culturelle Abagumyabanga ibintu ikoze muri concert🔥/Aba papa naba mama barahagurutse baratamba
01:27:36
Batubwiye ibibera mungo vyose/ uvanye n'umugabo yakuvanze baragutwenga/Abagore bama mu kabare kubera
24:45
Collabo ya Sat-B yampaye icizere/Ntitugikora indirimbo za 20,000 fbu🙈/Sinokwiyahura kubera...
35:23
Copinage zabera muri internat/Umubiri uragoye cane/Guheza amashure cari igitangaza ca mbere